-
Luka 13:32Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
32 Abishura ati: «Genda mubwire iyo mbwebwe muti: “Uyu musi n’ejo ndiko ndirukana amadayimoni nongera nkiza abantu, kandi hirya y’ejo nzoba mpejeje.”
-