-
Luka 14:12Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
12 Hanyuma abwira n’uwari yamutumiye ati: «Niwashaka gutumira abantu ku mfungurwa za sasita canke zo ku mugoroba, ntuze utumire abagenzi canke benewanyu canke incuti canke ababanyi batunze. Ahandiho na bo nyene bohava bagutumira, bakaba bakwishuye.
-