-
Luka 14:21Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
21 Wa mushumba aca aragaruka, abibwira shebuja. Nyene urugo aca arashavura, maze abwira umushumba wiwe ati: “Nyaruka mu mabarabara maninimanini no mu tuyira two mu gisagara, uzane aboro, abacitse amaguru canke amaboko, impumyi n’abacumbagira.”
-