Luka 18:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Hanyuma abantu bamuzanira abana babo batoyi ngo abakoreko. Ariko abigishwa biwe babibonye, batangura kubakankamira+. Luka Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 18:15 Yezu ni inzira, rup. 222 ‘Ingo unkurikire’, rup. 139
15 Hanyuma abantu bamuzanira abana babo batoyi ngo abakoreko. Ariko abigishwa biwe babibonye, batangura kubakankamira+.