Luka 19:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Mugabo Zakayo arahaguruka, abwira Umukama ati: «Mukama, ica kabiri c’ivyo ntunze ngira ndagihe abakene, kandi ikintu cose nanyaze umuntu*, ngira ndagisubize incuro zine+.» Luka Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 19:8 Yezu ni inzira, rup. 230-231
8 Mugabo Zakayo arahaguruka, abwira Umukama ati: «Mukama, ica kabiri c’ivyo ntunze ngira ndagihe abakene, kandi ikintu cose nanyaze umuntu*, ngira ndagisubize incuro zine+.»