-
Luka 19:30Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
30 ababwira ati: «Genda muri kiriya kigwati mubona. Mumaze kucinjiramwo murahasanga inyana y’indogobwa iziritse, ata muntu n’umwe arayicarako. Muce muyizitura maze muyizane.
-