Luka 20:28 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 28 «Mwigisha, Musa yatwandikiye ngo: “Umugabo niyapfa agasiga umugore ariko adasize umwana, mwenewabo akwiye guca acura uwo mugore kugira avyarire abana mwenewabo yapfuye+.”
28 «Mwigisha, Musa yatwandikiye ngo: “Umugabo niyapfa agasiga umugore ariko adasize umwana, mwenewabo akwiye guca acura uwo mugore kugira avyarire abana mwenewabo yapfuye+.”