Luka 22:33 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 33 Petero aca amubwira ati: «Mukama, nditeguriye kujana nawe mw’ibohero, eka mbere no gupfana nawe+.»
33 Petero aca amubwira ati: «Mukama, nditeguriye kujana nawe mw’ibohero, eka mbere no gupfana nawe+.»