Luka 22:58 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 58 Haciye akanya gatoyi, uwundi muntu aramubona, aca avuga ati: «Na wewe nyene uri muri bo.» Mugabo Petero amwishura ati: «Sindi muri bo, wa mugabo we+.»
58 Haciye akanya gatoyi, uwundi muntu aramubona, aca avuga ati: «Na wewe nyene uri muri bo.» Mugabo Petero amwishura ati: «Sindi muri bo, wa mugabo we+.»