-
Luka 23:22Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
22 Yongera kubabwira ubugira gatatu ati: «Kubera iki? Ikibi uwu muntu yakoze ni ikihe? Nta kintu na kimwe namubonyeko cotuma yicwa. Ngira rero ndamuhane hanyuma nce ndamurekura.»
-