Luka 23:34 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 34 Mugabo Yezu avuga ati: «Dawe, bababarire kuko batazi ivyo bariko barakora.» Vyongeye, bapfindira impuzu ziwe kugira bazigabure+. Luka Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 23:34 Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),4/2021, rup. 8-9 Niwiyegereze, rup. 297
34 Mugabo Yezu avuga ati: «Dawe, bababarire kuko batazi ivyo bariko barakora.» Vyongeye, bapfindira impuzu ziwe kugira bazigabure+.