Yohani 1:39 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 39 Abishura ati: «Ingo murahabona.» Baca baragenda barabona aho aba, maze bagumana na we uwo musi. Hari nka sakumi zo ku mugoroba*. Yohani Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 1:39 Yezu ni inzira, rup. 38
39 Abishura ati: «Ingo murahabona.» Baca baragenda barabona aho aba, maze bagumana na we uwo musi. Hari nka sakumi zo ku mugoroba*.