Yohani 3:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Inyuma y’ivyo, Yezu n’abigishwa biwe baja mu bigwati vy’i Yudaya. Amarayo igihe gitoyi ari kumwe na bo kandi yarabatiza abantu+. Yohani Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 3:22 Yezu ni inzira, rup. 46
22 Inyuma y’ivyo, Yezu n’abigishwa biwe baja mu bigwati vy’i Yudaya. Amarayo igihe gitoyi ari kumwe na bo kandi yarabatiza abantu+.