Yohani 4:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Yamara igihe kiri mu kugera, mbere cashitse, aho abasenga b’ukuri bazosenga Data mu mpwemu no mu kuri, kuko abantu nk’abo ari bo Data ashaka ko bamusenga+. Yohani Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 4:23 Umunara w’Inderetsi (Integuro ya bose),no. 2 2016 rup. 9-10 Umunara w’Inderetsi,15/4/2008, rup. 31
23 Yamara igihe kiri mu kugera, mbere cashitse, aho abasenga b’ukuri bazosenga Data mu mpwemu no mu kuri, kuko abantu nk’abo ari bo Data ashaka ko bamusenga+.
4:23 Umunara w’Inderetsi (Integuro ya bose),no. 2 2016 rup. 9-10 Umunara w’Inderetsi,15/4/2008, rup. 31