Yohani 4:39 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 39 Abasamariya benshi bo muri ico gisagara baramwizera, kubera ivyo uwo mugore yavuze mu gushinga intahe ati: «Yambwiye ibintu vyose nakoze+.»
39 Abasamariya benshi bo muri ico gisagara baramwizera, kubera ivyo uwo mugore yavuze mu gushinga intahe ati: «Yambwiye ibintu vyose nakoze+.»