Yohani 4:42 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 42 baca babwira uwo mugore bati: «Ntitucizeye kubera ivyo watubwiye gusa. Ubu hoho twavyiyumviye kandi twamenye ko uyu muntu ari umukiza w’isi vy’ukuri+.»
42 baca babwira uwo mugore bati: «Ntitucizeye kubera ivyo watubwiye gusa. Ubu hoho twavyiyumviye kandi twamenye ko uyu muntu ari umukiza w’isi vy’ukuri+.»