-
Yohani 4:47Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
47 Aho yumviye ko Yezu yari yashitse i Galilaya avuye i Yudaya, aca aja kumuraba maze amusaba ngo aze akize umuhungu wiwe, kuko yari mu gupfa.
-