Yohani 4:51 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 51 Akiri mu nzira ariko arataha, ahura n’abasuku biwe baje kumubwira ko umuhungu wiwe yakize*.