Yohani 7:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Uwuvuga ivyo yibwiye aba arondera ubuninahazwa bwiwe. Ariko uwurondera ubuninahazwa bw’uwamutumye+, avuga ukuri kandi akora ibigororotse. Yohani Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 7:18 Umunara w’Inderetsi,1/5/2006, rup. 24-25
18 Uwuvuga ivyo yibwiye aba arondera ubuninahazwa bwiwe. Ariko uwurondera ubuninahazwa bw’uwamutumye+, avuga ukuri kandi akora ibigororotse.