Yohani 8:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Ayo majambo yayavugiye mu kibanza kirimwo udusandugu tw’amashikanwa+, igihe yariko arigisha mu rusengero. Ariko nta n’umwe yamufashe, kuko igihe ciwe kitari bwagere+.
20 Ayo majambo yayavugiye mu kibanza kirimwo udusandugu tw’amashikanwa+, igihe yariko arigisha mu rusengero. Ariko nta n’umwe yamufashe, kuko igihe ciwe kitari bwagere+.