Yohani 8:40 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 40 Mugabo mushaka kunyica, kandi nababwiye ukuri numvanye Imana+. Aburahamu ivyo nta vyo yakoze.