Yohani 9:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Ahejeje kuvuga ivyo, acira hasi maze akora utwondo n’amate, hanyuma adusiga ku maso y’uwo muntu+,