Yohani 9:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Abishura ati: «Wa mugabo yitwa Yezu yakoze utwondo maze atunsiga ku maso, hanyuma ambwira ati: “Genda kuri Silowamu wiyoge+.” Nanje rero nagiye ndoga, nca ndahumuka.»
11 Abishura ati: «Wa mugabo yitwa Yezu yakoze utwondo maze atunsiga ku maso, hanyuma ambwira ati: “Genda kuri Silowamu wiyoge+.” Nanje rero nagiye ndoga, nca ndahumuka.»