-
Yohani 9:15Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
15 Abafarizayo na bo nyene baca batangura kumubaza ingene yahumutse. Na we ababwira ati: «Yansize utwondo ku maso hanyuma nja kwiyoga, nca ndabona.»
-