Yohani 9:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Bamwe mu Bafarizayo baca batangura kuvuga bati: «Uwo muntu ntava ku Mana, kuko atubahiriza isabato+.» Abandi na bo bati: «None umuntu w’umucumuzi yokora gute ibitangaro nk’ivyo+?» Baca baricamwo imice+. Yohani Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 9:16 Yezu ni inzira, rup. 166-167
16 Bamwe mu Bafarizayo baca batangura kuvuga bati: «Uwo muntu ntava ku Mana, kuko atubahiriza isabato+.» Abandi na bo bati: «None umuntu w’umucumuzi yokora gute ibitangaro nk’ivyo+?» Baca baricamwo imice+.