-
Yohani 9:27Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
27 Abishura ati: «Namaze kubibabwira, ariko mwanse kuvyumviriza. None mushakira iki kwongera kuvyumva? Namwe mushaka kuba abigishwa biwe?»
-