Yohani 9:39 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 39 Yezu aca avuga ati: «Ng’uru urubanza rwanzanye muri iyi si: ni ukugira ngo abatabona babone+, ababona na bo bacike impumyi+.»
39 Yezu aca avuga ati: «Ng’uru urubanza rwanzanye muri iyi si: ni ukugira ngo abatabona babone+, ababona na bo bacike impumyi+.»