-
Yohani 10:12Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
12 Umucangero atari umwungere kandi intama zikaba atari rwiwe, iyo abonye ibingira ije aca ata intama agahunga, iyo bingira ikazisahura kandi ikazishwiragiza,
-