Yohani 13:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Ico gihe bariko barihereza imfungurwa zo ku mugoroba, kandi Shetani* yari yamaze gushira mu mutima wa Yuda Isikariyoti+, mwene Simoni, iciyumviro co kumugurisha+.
2 Ico gihe bariko barihereza imfungurwa zo ku mugoroba, kandi Shetani* yari yamaze gushira mu mutima wa Yuda Isikariyoti+, mwene Simoni, iciyumviro co kumugurisha+.