Yohani 13:27 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 27 Yuda amaze kwakira ico kimanyu, Shetani aca amwinjiramwo+. Maze Yezu amubwira ati: «Ico uriko urakora gikore ningoga.» Yohani Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 13:27 Yezu ni inzira, rup. 270
27 Yuda amaze kwakira ico kimanyu, Shetani aca amwinjiramwo+. Maze Yezu amubwira ati: «Ico uriko urakora gikore ningoga.»