Yohani 13:31 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 31 Amaze gusohoka, Yezu aca avuga ati: «Ubu rero Umwana w’umuntu araninahajwe+, kandi Imana iraninahajwe kubera we.
31 Amaze gusohoka, Yezu aca avuga ati: «Ubu rero Umwana w’umuntu araninahajwe+, kandi Imana iraninahajwe kubera we.