Yohani 13:33 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 33 Bana bato, ndacari kumwe namwe akanya gatoyi. Muzondondera, kandi nk’uko nabibwiye Abayuda, namwe ubu ndabibabwiye: “Iyo ndiko ndaja ntimushobora gushikayo+.” Yohani Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 13:33 Umunara w’Inderetsi,1/2/2003, rup. 13
33 Bana bato, ndacari kumwe namwe akanya gatoyi. Muzondondera, kandi nk’uko nabibwiye Abayuda, namwe ubu ndabibabwiye: “Iyo ndiko ndaja ntimushobora gushikayo+.”