Yohani 14:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Iyo jewe muba mwaramenye, muba mwaramenye na Data. Guhera ubu muramuzi kandi mwaramubonye+.»