Yohani 15:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Iyo ntaba narakoreye muri bo ibikorwa ata wundi muntu n’umwe yakoze, nta gicumuro bobaye bafise+. Ariko ubu barambonye bongera baranyanka, banka na Dawe. Yohani Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 15:24 Yezu ni inzira, rup. 277
24 Iyo ntaba narakoreye muri bo ibikorwa ata wundi muntu n’umwe yakoze, nta gicumuro bobaye bafise+. Ariko ubu barambonye bongera baranyanka, banka na Dawe.