-
Yohani 16:25Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
25 Ivyo bintu nabibabwiye nkoresheje ibigereranyo. Igihe kigira kigere aho ntazosubira kubabwira nkoresheje ibigereranyo, mugabo nzobabwira ntomora ivyerekeye Data.
-