Yohani 17:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Nkiri kumwe na bo, narabarinda+ kubera izina ryawe wampaye. Narabakingiye, kandi nta n’umwe yaranduwe+ kiretse wa mwana wo kurandurwa+, kugira icanditswe kiranguke+. Yohani Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 17:12 Yezu ni inzira, rup. 280 Umunara w’Inderetsi,1/5/2005, rup. 16 Urashobora Kubaho, rup. 171-172
12 Nkiri kumwe na bo, narabarinda+ kubera izina ryawe wampaye. Narabakingiye, kandi nta n’umwe yaranduwe+ kiretse wa mwana wo kurandurwa+, kugira icanditswe kiranguke+.