Yohani 18:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Simoni Petero n’uwundi mwigishwa bariko barakurikira Yezu+. Uwo mwigishwa yari azinanyi n’umuherezi mukuru, aca yinjirana na Yezu mu rugo rw’umuherezi mukuru, Yohani Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 18:15 Yezu ni inzira, rup. 288
15 Simoni Petero n’uwundi mwigishwa bariko barakurikira Yezu+. Uwo mwigishwa yari azinanyi n’umuherezi mukuru, aca yinjirana na Yezu mu rugo rw’umuherezi mukuru,