-
Yohani 18:18Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
18 Ico gihe abasuku n’abapolisi bari bahagaze iruhande y’umucanwa w’amakara bari bacanye bariko barota, kuko hari hakanye. Petero na we nyene yari ahagararanye na bo ariko arota.
-