-
Yohani 19:23Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
23 Abasoda bamaze kumanika Yezu, batora impuzu ziwe bazigaburamwo kune, umwe wese atwara umugabane wiwe, batwara n’ikanzu yiwe. Mugabo iyo kanzu nta mubariro yagira, kuko yari ijishwe kuva hejuru gushika hasi.
-