Yohani 19:39 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 39 Nikodemu+, wa mugabo yaza kuraba Yezu mw’ijoro mu ntango, na we nyene araza, aza azanye ikivange* c’imira n’ingagari gipima nk’ibilo 33*+. Yohani Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 19:39 Yezu ni inzira, rup. 303
39 Nikodemu+, wa mugabo yaza kuraba Yezu mw’ijoro mu ntango, na we nyene araza, aza azanye ikivange* c’imira n’ingagari gipima nk’ibilo 33*+.