Yohani 20:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Mugabo Toma+, umwe muri bamwe cumi na babiri, uwo bita Ihasa, ntiyari kumwe na bo igihe Yezu yaza.
24 Mugabo Toma+, umwe muri bamwe cumi na babiri, uwo bita Ihasa, ntiyari kumwe na bo igihe Yezu yaza.