Ivyakozwe 3:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Ariko Petero amubwira ati: «Ifeza n’inzahabu nta vyo mfise, ariko ico mfise ndakiguha. Mw’izina rya Yezu Kristu Umunyanazareti, tambuka+!»
6 Ariko Petero amubwira ati: «Ifeza n’inzahabu nta vyo mfise, ariko ico mfise ndakiguha. Mw’izina rya Yezu Kristu Umunyanazareti, tambuka+!»