-
Ivyakozwe 3:12Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
12 Petero ngo abibone, ababwira ati: «Bagabo bo muri Isirayeli, kubera iki ivyo bibatangaje cane? Kubera iki muduhanga amaso nk’aho umenga ububasha bwacu canke kuba twihebera Imana ni vyo vyatumye atambuka?
-