-
Ivyakozwe 7:26Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
26 Bukeye, aseruka kuri benewabo bariko bararwana, aca agerageza kubumvikanisha mu mahoro, ababwira ati: “Bagabo, muravukana. Kubera iki mugiriranira nabi?”
-