Ivyakozwe 7:31 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 31 Musa abonye ico kintu, yaratangaye cane. Yaciye yegera ngo yihweze neza ivyo ari vyo, mugabo aca yumva ijwi rya Yehova* rivuga riti:
31 Musa abonye ico kintu, yaratangaye cane. Yaciye yegera ngo yihweze neza ivyo ari vyo, mugabo aca yumva ijwi rya Yehova* rivuga riti: