Ivyakozwe 7:35 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 35 Uyo Musa, umwe bihakana mu kuvuga ngo: “Ni nde yakugize umutware n’umucamanza+?”, ni we nyene Imana yatumye+ nk’umutware n’umurokozi biciye ku mumarayika yamubonekeye muri ca gisaka c’amahwa.
35 Uyo Musa, umwe bihakana mu kuvuga ngo: “Ni nde yakugize umutware n’umucamanza+?”, ni we nyene Imana yatumye+ nk’umutware n’umurokozi biciye ku mumarayika yamubonekeye muri ca gisaka c’amahwa.