-
Ivyakozwe 9:8Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
8 Sawuli aca ava hasi, kandi naho yakanura nta kintu na kimwe yabona. Baraheza bamufata ukuboko, bamujana i Damasiko.