Ivyakozwe 11:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 «Nari mu gisagara ca Yopa ndiko ndasenga maze mbaye nk’uwurota, nerekwa ikintu* kimeze nk’igihuzu kinini c’ilino* kiriko cururutswa kivuye mw’ijuru, gifashwe ku mitwe yaco ine, gica kiza aho ndi+.
5 «Nari mu gisagara ca Yopa ndiko ndasenga maze mbaye nk’uwurota, nerekwa ikintu* kimeze nk’igihuzu kinini c’ilino* kiriko cururutswa kivuye mw’ijuru, gifashwe ku mitwe yaco ine, gica kiza aho ndi+.