Ivyakozwe 11:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Ko rero Imana yabahaye ingabire ya gusa nk’imwe yaduha twebwe abemeye Umukama Yezu Kristu, jewe nari nde ngo mbuze Imana kugira ico ikoze*+?» Ivyakozwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 11:17 Nushinge intahe, rup. 73
17 Ko rero Imana yabahaye ingabire ya gusa nk’imwe yaduha twebwe abemeye Umukama Yezu Kristu, jewe nari nde ngo mbuze Imana kugira ico ikoze*+?»