Ivyakozwe 11:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Aho bumviye ivyo bintu, ntibasubira guharira*. Baca baninahaza Imana, bavuga bati: «Imana rero yahaye n’abanyamahanga akaryo ko kwigaya kugira baronke ubuzima+.» Ivyakozwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 11:18 Umunara w’Inderetsi,1/8/1996, rup. 16
18 Aho bumviye ivyo bintu, ntibasubira guharira*. Baca baninahaza Imana, bavuga bati: «Imana rero yahaye n’abanyamahanga akaryo ko kwigaya kugira baronke ubuzima+.»